Muvyeyi by Canjo Amissi

Reka nkuyage muvyeyi Wewe wanyibarutse Nguhaye, nguhayagize Nibuke ivyiza wampaye Mvyeyi, rugori rwiza, eka sinzokwibagira Mvyeyi, rugori rwiza, eka sinzokwibagira Sangwe tiro ry’inka, muvyeyi wanyibarutse Wanyeretse ivy’isi Mu buraro,  mu buramuko Eka sinzokwibagira, eka sinzokwibagira Narakugoye nkiri muto Nyamara ntiwarushe Wamye umbungabunga Witwararika indero yanje Mbega muvyeyi, nogushimira gute? Mbega muvyeyi, nogushimira gute? Sangwe tiro […]

Continue reading

Ntacica nk’irungu by Canjo Amissi

Bana b’iwacu, bana b’iwacu Ntacica nk’irungu Bana b’iwacu, bana b’iwacu Ntacica nk’irungu Ntacica nk’irungu, ntacica nk’irungu Ntacica nk’irungu, ntacica nk’irungu Umuhungu yakunze umukobwa yemwe Umukobwa nawe aramukunda Ngo buno umwansi aratera Umusore ajya mu rugamba Bari baramubariye, bari bamugize bati: Aho uzogarukira, tuzomuguha mubane Aho uzogarukira, tuzomuguha mubane Umusore ngo aragenda mu rugamba bahungu Umutima […]

Continue reading