Malaika by Miriam Makeba

Malaikaaa, aaah Nakupenda Malaika Malaikaaa, aaah Nakupenda Malaika Ningekuoa mali we Ningekuoa dada Nashindwa na mali sina weee, eeeh Ningekuoa Malaika (2) Pesaaa, aaah Zasumbua roho yangu Pesaaa, aaah Zasumbua roho yangu Nami nifanyeje Kijana mwenzio Nashindwa na mali sina weee, eeeh Ningekuoa Malaika (2) Kidegeee, eeeh Hukuwaza kidege Kidegeee, eeeh Hukuwaza kidege Nami nifanyeje […]

Continue reading

Muvyeyi by Canjo Amissi

Reka nkuyage muvyeyi Wewe wanyibarutse Nguhaye, nguhayagize Nibuke ivyiza wampaye Mvyeyi, rugori rwiza, eka sinzokwibagira Mvyeyi, rugori rwiza, eka sinzokwibagira Sangwe tiro ry’inka, muvyeyi wanyibarutse Wanyeretse ivy’isi Mu buraro,  mu buramuko Eka sinzokwibagira, eka sinzokwibagira Narakugoye nkiri muto Nyamara ntiwarushe Wamye umbungabunga Witwararika indero yanje Mbega muvyeyi, nogushimira gute? Mbega muvyeyi, nogushimira gute? Sangwe tiro […]

Continue reading

Ntacica nk’irungu by Canjo Amissi

Bana b’iwacu, bana b’iwacu Ntacica nk’irungu Bana b’iwacu, bana b’iwacu Ntacica nk’irungu Ntacica nk’irungu, ntacica nk’irungu Ntacica nk’irungu, ntacica nk’irungu Umuhungu yakunze umukobwa yemwe Umukobwa nawe aramukunda Ngo buno umwansi aratera Umusore ajya mu rugamba Bari baramubariye, bari bamugize bati: Aho uzogarukira, tuzomuguha mubane Aho uzogarukira, tuzomuguha mubane Umusore ngo aragenda mu rugamba bahungu Umutima […]

Continue reading

Nzi ibyo nibwira by Israël Mbonyi

Nind’ ushaka kugira ubwiza Ukeneye icyubahiro Ngaho nagende abishakishe Gukora ibyiza ubudacogora We ntiyite ku maso y’abantu Kuk’ ubwabo ntibamukunda Ahubwo yite kw’izina mwita Kuko nd’Imana yamuremye (2) Nzi ibyo nibwira kubagirira Si ibibi ahubwo ni ibyiza Kugira ngo mbareme umutima W’ ibizaza, ndabakunda Ngaho mugende mubwire abababaye Muhumurize abakomeretse Mubabwire baze barebe Dufite Imana […]

Continue reading

Umwa icatumye mpinduka by Appollinaire

Umva icatumye mpinduka nkitwa umukunzi W’Imana nyiri imbabazi, Data wa twese Ni uko hari uwiyambuye ubwiza bwose Yambara umuvumo wose n’ububi bwanjye Yankunze ntabibereye nari uwo gupfa Niwe yampuje n’Imana ubu ndashima Ni Yesu zina riryoshye niwe nirata (2) Umva icatumye mpinduka nkitwa umukunzi W’Imana nyiri imbabazi, Data wa twese Ni uko hari uwiyambuye ubwiza […]

Continue reading

Nama ntangara by Appollinaire

Nama ntangara iyo nkubonye Nsanga urengeye uko abantu bakuvuga Kuko abantu bafise uko bakuvuga Abantu bafise uko bakwiyumvira Ariko igihe cyose nkwegereye Nkumva ijwi ryawe Nkabona ibikorwa ukora Nsanga urengeye amajambo y’abantu N’ ivyiyumviro vy’abantu Uko niko nagutumbereye uri ahera hawe Kugirango ndabe ubushobzi n’ubwiza bwawe Kuko wambereye umufasha Kandi nzavugiriza impundu mu gitutu Cy’amababa […]

Continue reading

Ndakumissinze by Big Fizzo

Ndakumissinze Ndibaza ni ryari tuzosubira kubonana Iyoba wari uzi ukuntu ndagukumbura Iyoba wari uzi ukuntu ndakwiyumvira Buri saha buri segonda Reka nta munsi wijyana Ntavuze izina jyawe Ntarabye na ka gafoto kawe Hari n’aho bishika nijoro nkakisegura Ngo ndabe yuko mw’inzozi twohahurira Kuko iminsi yabaye myinshi Kandi nawe urabizi Ibisantima birimo kunyica Ngwino unsangeee Ndakumissinze […]

Continue reading

Tajabone by Ismaël Lô

Tajabone, beni tajabone Tajabone, beni tajabone Habdu buhu yamba, nyari malaïkala Rhawe hekiko darum siserum Momu muhu dida neka mukedinga Momu muhu dida neka muhonga Rhawe hekiko darum siserum Momu muhu dida neka mukedinga Momu muhu dida neka muhonga Tajabone, beni tajabone Tajabone, beni tajabone Wele (4x) Abdu nyamba, wele Nyari malaïka, wele Sika ule […]

Continue reading